Le premier chap (16:51)

0:00
0:00
Le premier chap (16:51)

yooh iy'isi yarahinduy'ingendo ub'iracuritse haleruuyaa haahahaaaa nigafeli Ninde yababeshe ko yapfuye ko yagarutse yitwa ntirumarir'Imana [Verse 1] abari bazi ko yapfuye ahubwo ngwaho ngwaho, kukwajemuyindi mpwem'idasanzwe abamupinze bo nibazibe n'ikaramu zabo zamaze kuziba kwandika vyo n'umugani simvuze mugani dezire a aah Imana ivuze ngo baho ntabw'ibivuze ngo pfa. [Verse2] mana nkora k'umutim' unyibuts'ivy'abavyeyi banje bansigiye igihe batashe mw'isi y'agacerere [Verse3] igihe cose uhorah'anyibuts'mpemburo cank iragi bansigiye kw'uhorah'ariwe muvye bansigiye. banyigishije guseng'Imana ijoro n'umutaga nama nshir'amavi hasi nkavuga nti : dawe watwes'uri mw'ijuru ubwami bwawe buze ivyushaka bibe mw'isi nkuko mw'ijuru biba nkabona kuzigamwa nawe no kugendana nawe [Verse 4] ndahanura umuntu wese ingesombi arimw'azivemwo kuko ntakeza nabonye mw'inosi iyisi niy'amaganya iyisi niy'amarira n'umuruho gusa. ijambo ryimana riravuga twitwararike ivy'ubwami bwayo n'ukugororoka igisigaye niho tuzovyongegwa gukena s'ubujuju no gutunga subuhinga. yeah [Verse 5] reka ndabivuge . ncuti yanje, senga cane wironderere Imana : kera bavuga ko basenga kiranga, ntabwo bamusenga baramutuma ngwabavugire kumana uwamutuma wese yarishugwa kuko icogihe ivyaha vyari bike nubwo bagenda batambaye. umukobwa bamufashasambana bamuta mugisumanyenzi umuhungu we yaramaroregwa . Verse 6] ubu iterambere ryaje sinzi ko noryit'iteranyuma nawe mfasha Jew sinzi uko novyita kuko vyandenze, uyumunsi twambara zashimwa yesu ntidutinya nokuziduza naho hoba hatagirivyondo [ Verse 7]] Yeah uyumunsi dufise aba pasiteri naba bishop tugira na bibiliya nibindi.. ariko ivyaha vyuzuy'isi batubwira muze kare muzane menshi impera zanyu ziri mw'ijuru igitigiri kitagaburitse nakabiri tukavyumvira kwirembo twe tucicaye murusengero, bamwe muri mwebwe bakidodomba ngo naka we akoresha amavuta mugusenga Aho gukoresha ibiganza vy'ububasha ipuu urya nuwapirate. mbega nkwibarize Pilate nayo mavuta canke nuw'uyakoresha mugusenga ? vyumvikana Kwasenga Pilate sivyo? none nanje Intama y'Imana yigishijwe Kondi murugendo ruja mw'ijuru uyumunsi ndiko nz'iriki?! eeh mumbwire namwe .mbega ho ivyo mutubwira mwe bibigisha iki? mugihe nizanyu nzu muzubakira kumusenyi . Yeah [Verse 8] reka ndakubaze ko yohana na petero Bari intumwa za yesu wonyibutsa ikigabane kivuga ivyuguteraningumu hagati yabo bapfa ivya yesu? Imana ibababarire ameze batyo Kandi ihumugisha abayisenga mumpwemu no mukuri naho muri bake, Imana ibakunda ukonyene. matayo na Mariko namwe ntimukiyanduze mukuvuga nabi yuda na ruka kuko vyotuma mujuragiza abo mwashizwe imbere. yesu yaravuze ko harih'abazumva ntibabone ncuti yanje iyisi ubonirikivahe ubon'irikija he? [Chorus] iyisiiri mugutembaa iyisiri muguteembaa iyisiri mugutemba yemwe iyisiri mugutembaaa [brigue] ncuti yanje uraraba neza ntujane nayo kukw'ivya yesu n'ivyibihe vyose . amen amen

1 Comments

Leave a comment

Author
2 years ago

See track description

User avatar
5
Total plays
1
Followers
0
Following

You may also like